DR Congo: igipolisi caraye gitaye muri yompi abatari bake bari mu myiyerekano i Kinshasa

HCR isaba amatohoza kw’iyicwa ry’impunzi z’Abarundi mu Rwanda

Igipolisi c’u Rwanda catangaje giciye ku rubuga rwa Twitter ko ejo ku wa gatandatu, hafi isaha icenda n’igice z’ijoro (03h30), abajejwe umutekano mu gace ka Mahama mu karere ka Kirehe, barashe umurwi w’abantu bariko bagerageza kwinjiza ibiyayuramutwe baciye ku ruzi Akagera.

Source link

Leave a comment