Somalia: ikibombe cahitanye n’imiburiburi batandatu
Nta murwi wiyitiriye ico gitero, ariko umurwi ugendera ku vyiyumviro bikaze vy’idini rya Isilamu Al Shabaab ufitaniye isano n’umurwi Al-Qaeda niwo umenyereye ukora ibitero nk’ivyo, barwanya leta ishigikiwe n’ingabo mpuzamakungu.